BBC News, Gahuza - Urupapuro rw'itangiriro
BBC News Gahuza Top Stories
Menya ingene Korea ya Ruguru ishobora guhingura ibirwanisho biriko vyiha inkumbi muri Ukraine kandi iri mu bihano
Nubwo iri mu bihano, Korea ya Ruguru yashoboye kuronka ibikoresho nkenerwa vyo guhingura ibirwanisho, iravyinjiza mu gihugu mu kinyegero, irakora ibisasu vya misire, yongera irabirungika mu Burusiya mu kinyegero, hanyuma bishikanwa ku rubuga rw’intambara muri Ukraine.
Ayavugwa mu mupira w’amaguru: Ten Hag, Osimhen, Nunez, Antony, Olise, Raya, Potter
Umusatirizi wa Liverpool Darwin Nunez araronderwa na Barcelona mu ci riza kugira ngo asubirire umusatirizi wayo Robert Lewandowski, aya n’ayandi ni mu yavugwa kuri uno wa Mungu.
Ukraine: Perezida Volodymyr Zelensky ku rutonde rw’abaronderwa n’ubutungane bw’Uburusiya
Ubushikiranganji bw’Uburusiya bujejwe intwaro yo hagati bukurikirana Perezida Volodymyr Zelensky akurikiranwa bwisunze ingingo mpanavyaha, abategetsi ba Ukraine bakavuga ko ivyo ari uguta wakuba.
Amerika yagiriza Urwanda na M23 igitero kw’ikambi y’abateshejwe izabo i Goma
Mw’itangazo yasohoye ejo ku wa gatanu, umuvugizi w’ubushikiranganji bwa Amerika bujejwe imigenderanire, Matthew Miller, avuga ko iki gitero ca bombe cavuye ku birindiro vy’ingabo z’Urwanda na M23.
Ubushinwa bwarungitse ikigendajuru ku ruhande rw’ukwezi rwinyegeje
Ubushinwa bwarungitse ikigendajuru kijejwe kwegeranya ibipimo vyo ku rundi ruhande rw’ukwezi, mu butumwa bw’imisi 53 bufise intego yo kuzana kw’isi ivu ryo ku kwezi ripima ibiro bibiri kugira ngo ryigwe.
Ukraine ifise uburenganzira bwo gukoresha ibirwanisho vy'Ubwongereza ku butaka bw’Uburusiya - Cameron
Lord Cameron ashimangira ko Ukraine ari yo yo nyene ikwiye kwifatira ingingo ku kungene yokoresha imfashanyo y'ibirwanisho ihabwa, mu kwivuna Uburusiya.
Amajwi, Imvo n'imvano kw'ihindagurika ry’ikirere n'ingaruka ririko rigira ku Burundi no mu karereUmwanya bimara, 59,00
Imvo n’imvano yo kuri uyu wa gatandatu igenekerezo rya 4 ukwezi kwa gatanu mu 2024 ica irya n'ino ikibazo c’ihindagurika ry’ibihe n’ingaruka kiriko kiratera mu Burundi hamwe no mu karere.
Ishirahamwe rikomeye rirategura gushingisha urubanza ku mugambi wo mu Rwanda
Abashikiranganji ubu bahanzwe ku mpande zibiri - mu gihe hitezwe ko imanza ziyongera kuva ku ndwi iza.
Ubwisanzure bw'itangazamakuru: Raporo nshya ishyira u Rwanda ku mwanya wa nyuma mu karere
Raporo ya Reporters Sans Frontières (RSF) ivuga ko Perezida Kagame agenzura itangazamakuru, yitwaje kwibuka jenoside yabaye mu Rwanda mu 1994, ubwo itangazamakuru ryenyegezaga urwango rushingiye ku bwoko.
Turukiya yahagaritse ubucuruzi na Israel kubera 'amakuba' muri Gaza
Abategetsi bavuga ko izo ngamba zizagumaho kugeza Israel yemeye ko imfashanyo igera muri Gaza "mu buryo budahagarara kandi buhagije".
Kenya: Menya umugore wa mbere uyoboye igisirikare kirwanira mu kirere
Jenerali Majoro Fatuma Gaiti Ahmed abaye umugore wa mbere uyoboye serivisi nkuru iyo ari yo yose mu zigize igisirikare cya Kenya.
Abakozi ba leta y'Ubwongereza batanze ikirego mu rukiko ku kohereza mu Rwanda abasaba ubuhungiro
Leta y'Ubwongereza ivuga ko itegeko ryemejwe mu kwezi gushize ridahonyora amategeko cyangwa amabwiriza agenga imikorere y'abakozi ba leta.
Ibiganiro bya radiyo
Ivyo BBC Gahuza ibahitiramwo
Uburusiya bwerekanye ibirwanisho rutura vy’Uburengero bwafatiye ku rugamba muri Ukraine
Iri muriko rifise intumbero yo gutera intege Abarusiya imbere y'ibirori vyo guhimbaza umusi mukuru w'Intsinzi uhimbazwa ku wa 09 Rusama (5).
Neanderthal: Abahanga bagaragaje isura y’umugore wo mu myaka 75,000 ishize
Abahanga muri siyanse zitanduakanye bageze ku gikorwa gitangaje cyo kuremarema uko umugore wo mu bwoko bw'aba Neanderthal yarasaga akiriho.
M23, FDLR, Urwanda, Kagame... mu kiganiro n'abamenyeshamakuru ca Tshisekedi na Macron i Paris
Macron yijeje Tshisekedi ko Ubufaransa budashobora kudohoka kw’iyubahirizwa ry’ubusugire n’ubwigenge vya Congo.
Ubushinwa buragabisha Amerika ko itohirahira ngo ikandagire ‘imirongo itukura’ yabwo
Umushikiranganji w’Ubushinwa ajejwe imigenderanire Wang Yi ashira ahabona ivyo yita imirongo itukura y’Ubushinwa ku busugire bwabwo, umutekano n’iterambere ryabwo, akagabisha Amerika ko itohirahira ngo iyikandagire.
DR Congo: Sakwe sakwe nyuma y’uko ubushinjacyaha bushaka gukurikirana Cardinal wa Kinshasa
Cardinal Ambongo aheruka kuvuga ko "buri gihe ijambo ryacu, uruhande dufashe, bibangamira abateza akababaro rubanda".
Menya impamvu umunsi w’abakozi wizihizwa tariki 01 Gicurasi
Byahereye muri Amerika, bishyirwamo imbaraga n'abasoviyeti, nyuma bikwira isi yose ko uyu munsi uba uw'abakozi. Gusa ubu si ko bimeze muri Amerika byatangiriye.
Rwanda – Kigali: Abimuwe i Nyarutarama ahitwaga Bannyahe batsinze leta ariko barababaye
Nubwo batsinze, umwunyamategeko wabo avuga ko ku baburanyi bazabyifuza azajuririra umwanzuro w'urukiko wasomwe ku wa mbere nijoro.
BBC Gahuza LIVE RADIO
Umva ibiganiro vya BBC Gahuza ikibiriraho (live) kuwa mbere gushika ku gatanu isaha 1730 GMT, no kuwa gatandatu 0600 GMT & 0900 GMT no kuwa Mungu 0630 GMT & 1600 GMT.
Video
Imikino
Podcasts
Amajwi, Podcast: Imvo n'Imvano
Ikiganiro mpaka ku bibazo bitandukanye
Amajwi, Podcast: Ikiganiro cy’abagore
Ikiganiro cy’abagore
Amajwi, Podcast: Amakuru ya BBC Gahuzamiryango
Amakuru y'akarere na mpuzamakungu mutegurirwa na BBC Gahuzamiryango
Amajwi, Podcast: Ikinamico Urunana
Teramana na BBC Gahuzamiryango mu kinamico Urunana
Amajwi, Podcast: Baza Muganga
Mubaza ibibazo mufise ku vy'amagara, Muganga akabaha inyishu kuri BBC Gahuzamiryango